Incendie du marché de Bujumbura en images

Ce diaporama nécessite JavaScript.

Images de Thierry NTAKO

18 commentaires sur “Incendie du marché de Bujumbura en images

  1. Ntavyinshi mbona novuga nukwihanganisha ababuze ivyabo nababo kandi abantu ntidutanataneko umwikomo mukwagirizanya ibi nabiriya,ntihagire ivyimigambwe bijamwo .

  2. C »UN GRAND HOC POUR NOTRE PAYS. C » est dommage, igihugu cacu kirimwo imivumo myishi, ni ugusenga kugira kironke imihezagiro, nibaza ko Rugiravyose itagihevye kuko ndazi neza ko igifitiye imigambi myiza

  3. Biteye ikigongwe kandi bizoduha icigwa mwitunganwa ryigisagara namasoko kuko abanka kuja mukinindo no kumusaga ubu nizere ko bazojayo batihinze muvyo gutangibiturire bakihengeka hanze yisoko kandabantu bose babibona ntihagire ico bakora

  4. Honteux pour le gouvernement en place qui est arrivé 2 heures de retard mais cela montre à quel point on est gouvernement par des ignorants qui ne savent meme pas à quoi sert une police anti-incendie…toutes mes sympathies aux commercants …imana ibafashe .

  5. C’est dommage que ce qui pouvait être sauvé ne l’a pas été par manque d’équipements des sapeurs-pompiers. Il y a des équipements appropriés permettant de pénétrer dans le feu dont les policiers chargés d’éteindre le feu ne disposent pas. C’est vraiment de la malédiction pour notre pays et seul Dieu pourra nous sauver.

  6. C est un grand choc pour tout le monde mais tout ce qu’on peux faire c est prier pour que le bon Dieu nous aide. Condoleances a ceux qui ont perdu leur energie, leur fortune et leur courage de se lever le matin pour aller chercher de quoi nourir la famille…

  7. chèr (e)s burundais burundaises, iyi ni impanuka yatugwiriye, il ne faut aucunement politiser ceci svp. Si nos sapeurs pompiers sont mal équipés, cela ne devrait pas constituer de pretexte pour s’attaquer aux institutions républicaines. Moins encore le fait d’avoir répondu tardivement. Je me rappelle meme pas a la quantième République que l’on est actuellement; demande toi ce qu’ont fait les prédécesseurs; qui étaient meme bien placés politiquement pour s,attaquer a n,importe quel problème national. Ndahojejej ababuze ivyabo kandi nosaba ko gouvernement yofasha uko bishoboka.

    • comme tu viens de le dire evitons de politiser mais rappelons nous que les marches de Ngozi , Gitega , Kamenge etc ont ete brule recemment. none ko zahiye zigatokombera ntacigwa vyari kkuduha, hama ko bari bakuye abantu munzira mw’isoko hagaca haza abandi benshi kurusha abambere vyovyo gute? Reka twemere umwe umwe wese ico atakoze yari kkuba yarakoze yigaye asabe imbabazi hama yikosore ari uwutwara canke uwutwagwa muga tureke kuvuga ngo abambere nabone ntibakoze nakimwe kuko amakosa yaba mbere ntahanagura ayaba nyuma ahubwo abaha icigwa bakerekana ko bobo batari kumwe . Abadandaza ari aba babuze n’aba gifise ahandi ico novuga sinoshobora kubahoza n’abibwiye Imana inshoboze kukora ico nshoboye hama namwe ibahe ico mukeneye, ariko twibaze ico two saba kandi tugashiramwo inguvu duhabwa n’amategeko kugira abatunganya amasoko baduhe ivyo dukeneye vyose kugira twirinde impanuka zoza hanyuma sinon na Buyenzi n’izindi zohava zimera nk’uku.

      Mukama Twumve utubabarire.

  8. Je suis avec vous de tout coer vous qui souffrez et qui souffrirez encore par la faute de ce feu. Comment est-ce que c’est arrivé ? Très triste journée pour vous tous Burundais. Moi je suis au Québec, mais nous suivons quand même ce qui se passe dans le monde. J’ajoute mes prières ^`a ceux des autres pour que Dieu touche le coeur d’Êtres humains capable d’aider. Nicole

  9. Gusenga twirigwayo mugabo rero murabe ko dusenga ivyukuri, abo twirigwa mu makoraniro ni bo buzuye ko amaraso, ibiturire, ubusambanyi meme quelques autorités du pays, execution extra judiciaire, guharika, kwica inzirakarengane ici et la, gukoresha amareba mbere no muriyo soko nyene, abandi nabo ntibagisenga Yehova basigaye basenga itunga ryabo, ivyo rero nta mahorovyoha abatuye iki gihugu.
    Chers dirigeants du pays et dirigés repentons nous svp car le pays va mal spirituellement, si non on verra plus, lisez la Bible vous verrez.. Ababuze ivyabo nabo ndabaremeshe nti vyose biva ku Mana mugifise umubiri muzoronka ibindi, Yobu ati navuye mu nda ya mama ndi gusa nzosubira mu nda yisi ndi gusa……., pole sana

  10. Ibintu vyose ni integuro y’Imana. Ntaco mwiririra! Kurya mwaronse ivyo vyahiye niko muzoronka n’ibindi. Ntihagire uwuvuga ngo yari yabironse kuko akora cane, n’umugisha w’Imana watumye abironka, Nicogituma ataworira ngo ahogore Imana yabitanze irazi uko abantu tuzobandanya tubaho.

    NI INTEGURO Y’IMANA SVP!

  11. Ivyashitse twaravyakiriye, hubwo ubutegetsi bwige ukuntu bosaba ifashanyo mu makungu yaba imfungurwa kugira abavyeyi baronke ico baha abana kuko vyashikiye igisagara cose,nama credits basubize abantu imitahe kuko abantu bokwicwa ni nzara bigatuma biheburako atabutegetsi bamfise kandi hamwe isoko yokubakwa bobanza guha ibibanza abari babisanganywe abandi munyuma gutyo vyogarurira icizerz abarundi bose

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s