La désolation à Kumugumya

Ce diaporama nécessite JavaScript.

Publicités

15 commentaires sur “La désolation à Kumugumya

  1. dans ceun cas les UPRONISTES niberekane ko atari abana si non Edouare est mercenaire qui est paye pour destabiliser le pays dans tous les cas.This shows that all political parties are targeted especially during this coming election.The second action of Edouard will be to kill every tutsi that will be a problem to CNDD-FDD.Muragabe,kandi Niyoyankana niwe azobibazwa hamwe na SINUNGURUZA NA MARTIN.

    • Oya ntubesha kweli,ahubwo akamaramaza karama ,abatutsi baragaba igisigaye nukwicwa kuko ivyo numva nivyo tubona nubwambere ivyo biba mugihugu cacu.mbega icegera cambere cumukuru wigihugu ari hehe ko burya bushikiranganji bwa nduwimana butwarwa iwe !canke ni statut iteretse harya?

      • ikibazo c’ubwoko nobasaba ko mutocitwaza kuko Nditije Charles turazi neza ko ari Umuhutu. gusubira kuvugako abatutsi bohabera magabo ivyo sivyo ahubwo abahutu nibahabere magabo

    • Igihugu kigiye kuronka amahoro kuko intwaro ya CNDD-FDD irahejeje kwisenya umugambwe Uprona wari wayifashije igihe yiba amatora none uhishira umurozi akakumarira abana abapfuye murazi uko bangana mu migambwe itandukanye abobose ni bene burundi tutaravye imigambwe bakomokamwo.Kubona Hon Bernard Busokoza yarafuse ingingo y’agahotoro ya Nduwimana Edouard yarerekanye ko ari umugabo w’ijunja n’ijambo n’ayo peter yimaramaje ngo aramubogoje yibajijeko yariyazanywe muri Leta n’amagaburanyama ntiyaravyeko yarasanzwe yibeshejeho.Rero ni intsinzi ikomeye kuri Uprona no kubarundi bose.Rindira ukuri kugiye kwaja ahabona ya mategeko yose yatorwa agiye gusubira ibuti hama rwa rubanza rwo gupfa rwa Peter yidigadize mukwiyeza rugiye gusubira itoto .Birateye akagongwe ku banywanyi ba CNDD-FDD bari baronse igihugu atantsinzi y’ingwano baronse none akanyeshamba kanse kubavamwo reka Imana ibakubite bapfe bayerera nka Gahini kuko ivyo bakora vyose biyitirira izina ry’Imana.ndavuga simvura.

  2. Ubwo bubisha nduwimana eduard ariko arakora muraraba ko atari umu arcaida!!!! Ivyo gusambura izubatse kweri arabifitiye impanyabushobozi (y’ubuhimbiri)

  3. Politike y’ I Burundi yabaye ivyatsi ku buryo n’ umukuru w’ igihugu yokwerekanye ko ari se Burundi agatanga akarorero keza mu kurongora igihugu ariko umengo ntazi ivyo ariko arakora.Bapoliticiens mutwara ubu subire mu mashure mwige gukunda igihugu munige muravye ibiriko bibera mu bindi bihugu! Impanuro noha abarundi mutwara uyu munsi mwibuke ko ubuca bucana ayandi!Edouard wibuke ko ejo ejo bundi utazoba ukiri umushikiranganji w’ intwaro yo hagati mu gihugu!Reka rero gukoreshwa n’ igikoropesho kandi numva ngo waraciye kuri kaminuza!

  4. C’est le début de la fin du Pouvoir CNDD. Et le nom de Nduwimana Edward restera tristement célèbre dans les annales de l’histoire du Burundi. Après le théâtre d’empêcher Rwasa comme chef du FNL, après avoir divisé tous les partis de l’opposition, après avoir emprisonné injustement l’opposant Fréderic Banvuginyunvira; après avoir radié de l’ordre des avocats le fameux Isidore Rufyikiri, maintenant c’est le tour de l’Uprona. Le CNDD est en train d’atteindre le Rubicon! Le Burundi risque de replonger dans les violences et Nkurunzziza et le CNDD en seront responsables devant la communauté internationale et devant l’histoire !

  5. on dirait que les dirigeants du CNDD FDD sont des colons qui vont terminer leur mission et vont retourner dans leur pays colonisateur qui n’en est pas un. Qu’ils soient conséquents avec tous ce qu’ils font, qu’ils tirent des leçons de ce qui se passent ailleurs. Hama ibi bariko baragira nibamenye ko kandi bumve ko atari bo bonyene baciye ubwenge, ko vyose biboneka ntibaje baraturungika rero baraturungika ku butungane kandi tubona ko ari igikoresho c’ubutegetsi. Umuntu yigeze kuvuga k' »ubutungane bw’Uburundi bucira inkonda » arasubira arabe neza ko bwoba burakura canke ngo bwakize ubudébile.

  6. IMANA rugira vyose yaremye ijuru n’isi Irinde uburundi kandi ibushikane ku masezerano yabusezeraniye, irinde abana bayo. Imigambi ya satani yose ku burundi n’abarundi itsindwe mw’izina rya YESU CHRISTO Umwami w’Abami. Muntu wese ubona iyi sms USENGE, USENGE,wongere USENGE hakiri akanya…………….. BE BLLESSED

    • Biragaragara ko mu barongozi harimwo abakozi ba shetani, ariko kw’Izina ry’Umwami wacu Yezu Kristu yapfuye akazuka ngo akize isi ubwngushi bwa shetani, abemera Yezu Kristu tuzosenga gushika shetani n’abakozi bayo batsinzwe.

  7. Bernadette

    Iyo usangiye numusuma wari uzi ko bigenda gute? Hanyuma mwari mzi yuko urya muvumo se wa Niyoyankana yasize amuvumye wokwijanye? Edouard nawe yokora ikintu kimeze neza ycigiye hehe nagende akorope muri cndd-fdd ariko Imana izomuhinyuza bitebe bitebebitebuke Mbabajwe n’abaurya bwana ariko arasuka nkimbeba batazoronka aho baca Kubera ubukunzi bwinda bwa se

  8. Umugwi wishinze kunagura umugambwe UPRONA urahwanije abaprona bitwa bo KUMUGUMYA. Ayo namosozi y’ingona. Erega Thacien ni umu juriste de même que Manwangari. Bari bazi neza ko igihe bazokura urubanza mw’iyungururizo , urubanza rwaciwe ruzoca ruja mu ngiro. Hon. Edouard nawe amategeko yarayize kandi arayazi ndetse yarayakozemwo contrairement kw’abo ba Prof babizi mu kubivuga mu mashure n’imbere y’abanyeshure.

    None ikibi n’ikihe? Ntaco. Amategeko yakurikijwe. Charles ntiyemewe kuko urubanza rwari rwafuse inama umugambwe wakoresheje. A part les motifs de droit et de fait énoncé mugukura BUSOKOZA, yarungitswe kwitoza n’abatabifitiye uburenganzira. NIYOYANKANA we, tegura congrès nshasha canke ube urawugumije uzowuhe uwo ushashaka. Uri Président fondateur ubu.

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s