NDITIJE Charles est de retour à Kumugumya

Ce diaporama nécessite JavaScript.

8 commentaires sur “NDITIJE Charles est de retour à Kumugumya

  1. Iyi ningaruka yuko mutifatanije n’abandi hakiri kare none rabayo tubonye! mwibagiye akinkware n’incira mwibagira ko uwabaye mw’ishamba afata igihe ngo abe umuntu…..ariko ntaco kumbure bizohera….

  2. Lorsque cela est arrivé aux FNL(Rwasa)ou à l’UPD,aucun membre de l’UPRONA n’a ouvert sa bouche même le vice-président de l’épôque.Aujourd’hui ca arrive aux upronistes et vous criez fort!!!!Mwese n’ayinda,reka bibashikire mwumve uko bibabaza kandi mwihangane kuko mweho murafise n; igisoda,Buyoya nakore kumwe yabigira kuri Ntiba.

    • Je pense que les ingredients ne sont pas encore réunis du moment que NTIBA n’est pas NKURU. La situation a radicalement changé car si à l’époque les sans échecs faisaient la pluie et le bon temps aujourd’hui les corpsde défences et de sécurités s’evertuent pour protéger tous les Burundais. Au à cepoint de vue tout burundais devrait se réjouir et dire non aux manipulations de certains politiciens qui semblent montrer à l’opinion qu’on peut retourner en arrière. Je répète la situation a changé.

  3. mwa ba prona ,humura ntimugire ubwoba iyo urugamba rukomeye ruba rugiye kurangira.ariko mucubwenge hama mukorere aba nyagihugu mwoye gukorera imyungu zanyu.

  4. Ababipfa n’ababisangiye kandi ngo ah’inzovu zibiri zirwaniye ivyatsi n’ivyo bibabara wewe ugomba gutegekera ku mivyimba y’abantu uramenya ko iyo inkuba irabije itwara umukuzi n’umwansi: Aho ndabarira aba DD na ba PORONA

  5. Nukuri ndasavye igipolisi kireke gukubita abantu basumba ba nyina.ukwo ni ukwikwegera umuvumo imbere y’ Imana! Mbe ubwou baribaza ko bazobibazwa imbere y’ Imana.Sonera so na nyoko.

  6. AKARINYUMA KARAHINDA, mais UBURUNDI bwamye buca mu macumu bukogora, n’ejo rero bizoba uko , CNNDD NIBIMENYE, yibuke ko yavuye m’ubusa none ejo bizosubira kuba. Inyifato zigayitse ntakibanza zifise ,dixt Rwagasore : abambuzi, imihimbiri, abicanyi eka n’ibindi canke abo bose bakora amarorerwa kuri benw MWEZI NA MUTAGA BAMENYE KO EJO BIZOBARUKAKO.
    uWUNVA NI YUNVE, UWUBONA NAWE ABONE ,ARABE , YIGARURE EJO NIKERA KUMBURE

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s